Ubutunzi bw'amavuta buri m'uwusizwe. Amavuta ntatandukanywa n'umuntu yasizwe. Amavuta ari m'umuntu w'Imana! amavuta arikumwe n'umuntu w'Imana! Amavuta ari k'umuntu w'Imana. Iki gitabo gishasha kandi kinezereye ca Dag Heward-Mills kizoryohera imitima y'abarondera amavuta.